Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Abantu barenga 20 baraye bahitanywe n'amasasu yamijaguwe n'umuntu yitwaje inkoho, mu bibanza bitatu vyo mu gisagara ca Lewiston muri reta ya Maine mu buraruko bushira ubuseruko bw'Amerika
Abagera kuri 60 bakomeretse.
Gasana Emmanuel wari Guverineri y’intara y’ Iburasirazuba yatawe muri yombi