Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, gutorera amatati ari hagati mu mugambwe CNL bikomeje kuba ikibazo. Reta ya Tanzaniya itegekanya kuzocandaga abana umugera w’ubukangwe mu nkambi ya Nduta na Nyarugusu. Nayo igisirikare ca Ukraine, kuri uyu wa kane, catangaje ko casambuye drone 17 z'Uburusiya.