Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu gisagara ca Goma, abantu umunani baguye mu myiyerekano yabaye kuri uyu wa gatatu. Abasirikare b’intwazangabo mu gihugu ca Gabon bavuze ko bafashe ubutegetsi, kandi ko bapfungiye Perezida Ali Bongo iwe mu rugo