Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Abahinga banonosoye ibijanye n’ukuntu abantu biyumvira n’ingene bigenza hamwe n’abakwirikiranira hafi imbuga, bavuga ko amakuru n’amasanamu bicishwa ku mbugangurukanabumenyi, muri rusangi, abangamiye abana n’abakiri bato.