Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Repubulika ya demokarasi ya Kongo n’Uburundi ejo byasinye amasezerano yo kurushaho gufatanya mu nzego z’umutekano n’ubuhahirane. Abatavuga rumwe n'ubutegetsi muri Zimbabwe ntibemera ivyavuye mu matora rusangi aheruka kuba muri ico gihugu.