Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Amerika Yahanye batandatu bagirizwa kugira uruhare mu gukaza umurego kw’intambara mu burasirazuba bwa Republika ya demokrasi ya Kongo (RDC). Abaharanira agateka ka muntu Basaba ONU n'ayandi mashirahamwe kugumiza ijisho ku Burundi