Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, ababa hafi ya Rusizi bavuga ko abana babo batagishobora kuja kw’ishuli kubera imyuzure ihoraho. Mu Rwanda umuriro muri pariki ya Nyungwe watezuye. Ubushinwa, Uburusiya, Ubuhindi, Berezile n’Afurika y’Epfo biri mu nama y’ishirahamwe BRICS iriko ibera muri Afrika y’Epfo.