Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Kuri uyu wa gatatu amakungu yahimbaje umunsi wahariwe abasangwabutaka. Imyaka 78 irarumanye Leta zunze ubumwe z'Amerika zirashe ibisasu ruhanyanganda "bombe atomique," i Nagasaki Reta ya Kenya n'abatavuga rumwe nayo, batanguje ibiganiro bishasha bigenewe gutorera inyishu ibibazo vya politike