Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Burundi, abahinzi b’ikawa bavuga ko agahembo ka mbere katabashimisha.
Inteko zijejwe gucungera prezida wa Nijeri, Mohamed Bazoum, zamwugaraniye mu biro vyiwe
I Vatikani, umushinjacyaha yasabiye Cardinal Angelo Becciu igihano cyo gufungwa imyaka irenga irindwi