Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Burundi, koperative z’abacukura ubutare mu zari zarahagaritswe zigiye gukomorerwa. Abarundi barenga 380 bahungutse bava muri Kongo.
Ureganwa na Donald Trump muri dosiye y’amabanga y’igihugu yahakanye ibyaha aregwa.
Naho umukuru w’umutwe w’abacanshuro wa Wagner yaba yasubijwe mu Burusiya.