Amakuru mu Gitondo
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Rwanda, bamwe mu banyagihugu bavuga ko babangamiwe n’umutekano muke uterwa ahanini n’ubugizi bwa nabi.
Prezida wa Sierra Leone, Julius Maada Bio, ni we yatahiye intsinzi mu matora y’umukuru w’igihugu.
Mu Burusiya Yevgeny Prigozhin n’abarwanyi biwe ntibazokurikiranwa n'ubutungane.