Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Rwanda, Leta yihaye intego zo kuba yagabanije imfu z’abana bari munsi y’imyaka 5 mu mwaka wa 2024.
Muri Zimbabwe, abategekanya kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 11.
Arabiya Sawudite imaze kwakira abanyamahanga miliyoni 1,5 mu mutambagiro mutagatifu w'Abayisilamu witwa Hajj