Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ibitigiri vy’Abarundi bahungiye mu Rwanda batahuka bigenda bigabanuka muri ino misi. Reta y'Uburundi n'umuryango w'ibihugu vya Bulaya bararabira hamwe aho umugambi wo gukura ibihano ku Burundi ugeze. Uburusiya buragiriza Ukraine gusenyura igitarurwa gihuza intara ya Krimeya n'akarere ka Kherson