Amakuru mu Gitondo
Your browser doesn’t support HTML5
Ibanki nkuru ya Republika y'Uburundi, BRB, itangaza ko imaze kugaruza amafaranga menshi cane mu mugambi irimwo wo gusubiriza inoti z'ibihumbi 10 n'ibihumbi bitanu.
Abantu barenga 40 bahitanywe n'igitero ca CODECO muri Ituri.
Amerika yafashe icemezo co gusubira muri UNESCO.