Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Uganda: Gusana ikiraro ca Katongo kw’ibarabara riva Kampala rija mu buseruko bw’igihugu bizomara indwi zitatu. Reta Igabisha Abaha Akazi Abakozi Yirukanye. Kenya na Somaliya bafashe icemezo co kwugurura imbibe zavyo z'ubutaka zari zimaze imyaka irenga icumi zugaye.