Amakuru mu Gitondo
Your browser doesn’t support HTML5
HCR isaba ibihugu bibanyi na Sudani kutugara imbibe ku mpunzi ziriko zirahunga intambara. Muri Burkina Faso abakekwa kuba abajihadiste barishe abasirikare 33. Ibiganiro vy'amahoro hagati ya reta ya Etiyopiya n'umuhari w'abarobeli OLA birabandanya muri Tanzaniya