Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi turavuga ku kandi kamo umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ONU, aherutse gutera ku kibazo c’ihindagurika ry’ibihe kibandanya kuvurwako cane mu makungu. Yaragabishije amakungu guhagurukira bikomeye ico kibazo amazi atararenga inkombe.