Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Abantu 24 barishwe n'abakekwa kuba ari abajihadiste muri Burkina Faso. Ubushikiranganji bw'ubutungane bwa Amerika busaba guhabwa ububasha bwo kurungikira Ukraine amatungo y'Uburusiya yafashwe