Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ikigega mpuzamakungu, FMI, cemereye Uburundi ingurane z'imiriyoni 261.7 z’amadorari y’Amerika. Kongo yongereje imisi 14 mu gikorwa co gutanga amakarita y’itora mu ntara ya Kivu y’uburaruko. Abantu n’imiburiburi babiri bahitanywe n’igisasu caturikiye ku murwa mukuru w’intara y’Amhara muri Etiyopiya.