Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Abantu bane bishwe barashwe muri reta ya Kentucky Abakozi babiri bakorera ishirahamwe ry'abagiraneza barishwe muri Etiyopiya. Uburusiya na Ukraine bahanahanye imbohe zo mu ntambara