Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Amakungu yahimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi. Ijwi ry’Amerika ryasuye intara ya Makamba mu Burundi Abakenyezi baturuka mu bice bitandukanye vyo y'isi bakoraniye muri Maroke kugira batanguze ico bise "urunani mpuzamakungu rw'amahoro."