Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Amakungu arahimbaza umunsi wahariwe agateka k'umukenyezi. Muri Murisanga y'uno munsi, turagaruka muri Rusangi ku buzima abapfasoni babayeho, uko agateka kabo kubahirijwe ahatandukanye.