Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
I Addis Abeba hariko habera inama igira 36 y’umuryango w’ubumwe bwa Afurika. Umutekano muke wa DRC uri ku rutonde rw’ibiza imbere mu bivugirwa muri iyo nama. Inyuma y’iminsi 3 bari mu maboko y’ipereza ry’Uburundi, abaharanira agateka ka zina muntu 5 ubu babarizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba.