Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Sentare nkuru mu Rwanda yakatiye umunyororo w'imyaka 5 Bamporiki Edouard. Perezida Evariste Ndayishimiye yategetse ko inama zose za reta zigiye kuza zirakorwa mu kirundi n'ivyegeranyo bigakorwa muri urwo rurimi. Abamenyeshamakuru ba Kameruni basaba amatohoza kw'iyicwa rya mugenzi wabo Zogo