Amakuru mu Gitondo
Your browser doesn’t support HTML5
Perezida Evariste Ndayishimiye w’Uburundi yategetse ko inama zose z'inzego za reta zizokorwa mu rurimi rw'Ikirundi.
Abejejwe umutekano muri Somaliya bagarukanye umutekano i Mogadishu.
Uwitwaje inkoho yishe 10 muri Californiya.