Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Umurwi mpuzamakungu wihweza ukuntu amahoro arama yotsimbatara kw’isi hose, warakoraniye mu Burundi kuva kw’igenekerezo rya 22 gushika ku rya 25 ry’uku kwezi kwa 11. Intumbero kwari ukwigira hamwe n’abandi ukuntu indyane zohagarara kw’isi.