Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Umusirikare Akekwa Kuba uwa Kongo Yarasiwe ku Mupaka w'u Rwanda na Kongo. Mu Burundi, ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya ibiharuro Isteebu kivuga ko ibibazo vyo gufungura nabi bibandanya kwibonekeza mu gihugu.