Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Ingwano hagati ya M23 n’ingabo za Kongo, FARDC irabandanya. Abarwanyi ba M23 bariko bahatira abasore bakiri bato kubafasha urugamba. Abamaze kurwa mu myiyerekano ibandanya muri Irani barenze 325.
Your browser doesn’t support HTML5