Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi bwashizeho amabwiriza ajanye no kurungika hanze abakozi barimwo abagore gukora mu bihugu vy'Abarabu. Prezida w’u Rwanda yagendeye abanyagihugu bo mu maj'epfo y'igihugu. Abakardinali ba Katolika bava mu bice bitandukanye vyo kw'isi, bazokoranira i Vaticano mu mpera z'iyi ndwi.