Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Rwanda, abatavuga rumwe na Reta bibaza aho imishahara abarimu bongewe izova. Umugambwe CNL utavuga rumwe na Reta y'Uburundi usanga umugambi wo kugabanya intara urimwo twa sorobo.
Umukuru w'inama nshingamateka y'Amerika yashitse muri Tayiwane mu rugendo Ubushinwa butishimiye.