Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Abategetsi mu gisirikare ca Uganda bavuga ko inteko za Uganda ziri muri RDC zishobora kuzotaha mu mpera z'uku kwezi. Uburusiya burigamba ko gufata Mariupol ari intsinzi ikomeye cane.