Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Abadandaji b’Abanyarwanda n’Abarundi bagiriza Tanzaniya kubananiza no kutaborohereza. Tanzaniya yemera ivyagirije yizeza guhinduka. Koreya ya Ruguru yinjiranywe na Covid-19. Ku ncuro ya mbere kuva ico kiza caduka mu 2019, ico gihugu catangaje uwa mbere yanduye