Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Suede yarungitse mu Rwanda Micomyiza Jean Paul yagirizwa ivyaha vya Jenoside. Amerika n’Uburusiya bahererekanye imfungwa naho ibi bihugu bitabanye neza muri iki gihe kuva Uburusiya butanguye kugaba ibitero ku gihugu ca Ukraine.