Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Visi Prezida wa USA Yabonanye na Prezida wa Tanzaniya
Urwego rwa reta CNC rucungera ingene ibimenyeshamakuru n’amaradiyo bikora mu #Burundi ruragabisha abamenyeshamakuru ruvuga ko bacafuza igihugu. Ku bwa CNC, abo ni abavuga ibitagenda neza vyonyene.