Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, ruswa, ibiturire n'ugusesagura umutungo w'igihugu birabandanya kuba ndanse nk'uko biri muri raporo y'ishirahamwe OLUCOME, n'aho abategetsi bicariye ivyo bibazo. Mbega umuti wotuma ivyo bibazo biranduranwa n'imizi, ni uyuhe? Ni muri Murisanga.