Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Uburundi busaba Ubufaransa kudafasha amaradiyo buvuga ko "Arwanya ubutegetsi" Amakungu abandanya kugabisha Uburusiya, abusaba kudahirahira ngo butere Ukraine. Umwamikazi w'Ubwongereza yanduye Virusi ya Corona