Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Amerika yemeza ko Uburusiya bushobora gutera Ukraine ku wa gatatu w'indwi iza. Abadepite bagize akanama kajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu ku wa gatanu batoye bemeza ingingo isabira Paul Rusesabagina kurekurwa,