Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Reta y'u Rwanda yatanguye gufatira ibihano ibigo vy’ingenzi n'ibindi vyakira abantu birenga ku mabwiriza yo kwirinda Covid 19. Mu Burundi haribonekeza iduzwa ry’ibiciro vy'ibiribwa vya nkenerwa kurusha ibindi.