Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Reta y’Uburundi ikomeje gusaba abanyagihugu kwipimisha bacumva ibimenyetso vy’umugera wa Covid-19. Ikinini cakozwe na sosiyete ikora imiti Pfizer, kibaye umuti wa mbere wemejwe na Amerika, uvura ikiza Covid-19. Indege yakorotse mu buseruko bwa Repuburika ya demokarasi ya Kongo.