Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Abarimyi b’ibiraya mu Rwanda bavuga ko bakorera uruhombo bivuye ku biciro bashorerwako ico giterwa bidahwanye n’amafaranga baba bakoresheje
Umuhungu wa Moammar Gadhafi yahoze ari prezida wa Libiya ari mu bazohiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe muri Libiya mu kwezi kwa cumi na kabiri uno mwaka.
Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu, Antony Blinken, mu ndwi buca dutangura azogendera Kenya, Nijeriya na Senegali.