Amakuru Agezweho Kw'Isi
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Uburundi bwibutse imyaka 28 iheze Prezida Melchior Ndadaye agandaguwe. Abantu 1o bakomoka mu miryango y'abatutsi yaburiye ababo mu bwicanyi bwakurikiye igandagurwa rya Nyakwigendera ni bo bonyene bemerewe kwibuka ababo.
Muri DRC, abantu 16 baraye bishwe n'abakekwa kuba abarwanyi ba ADF
Mu yagezweho irya n'ino kw'isi, Benin yemeje itegeko riha ububasha abavyifuza kuvanamwo inda.