Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo nkuru zigize amakuru yo ku mugoraba wa 14/10/2021 kw'Ijwi ry'Amerika: Uburundi bwakiriye incanco za mbere za Covid-19. Mu burasirazuba bwa Kongo, umuntu wa kabiri yanduye Ebola. Irya no hino kw'isi, Turukiya Igiye Kwagura Ubucuruzi bw'indenge z'intambara zitagira abadereva