Ingene Umuntu Yotakaza Ibiro Burundu

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga umwigeme w'umurundikazi, Bernice Nishimwe, aba mu gisagara ca Austin muri Reta ya Texas yagiranye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, aragaruka ku kungene yashoboye gutakaza ibiro hafi 50 mu kiringo c'amezi 10 kandi ivyo biro ataye ntivyagaruka.