Jeanne Gapiya na Console Nishimwe muri Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Ni icoroshe ko Uburundi n'u Rwanda bibandanya guhangana na Sida muri ibi bihe vya Covid-19? Madame Jeanne Gapiya, Umurundi wa mbere yemanze ko afise ubwandu bwa Sida mu myaka ya za 80 mu Burundi no mu bindi bihugu vya Afurika, hamwe na Madame Console Nishimwe umwanditsi w’igitabo Tested to the Limit, kigaruka ku vyo yaciyemwo muri Jenoside yakorewe abatutsi mu Rwanda mu 1994, bikamuviramwo kwandura Sida barabigarukako mu kiganiro Murisanga n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe