Muri Kongo, ibiziga 30 vy'abari mu bwato buheruka kwibirira mu kiyaga ca Kivu bashinguranywe iteka. Abantu bane ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe n’igihuhusi Milton mu bumanuko bwa Amerika. Isirayeri yigamvye ko yishe izindi ndongozi zibiri z’umurwi wa Hezbollah wo muri Libani.
Ibyiciro
-
11-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
10-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
07-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
06-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
05-11-2025Amakuru ku Mugoroba
-
04-11-2025Amakuru ku Mugoroba