Kongo isaba ONU gufatira ibihano u Rwanda. U Rwanda narwo rwagiriza Kongo kubangamira amasezerano iba yashizeko umukono kugirango ikibazo c’intambara mu burasirazumba gihere. Mu Burundi, ubushikiranganji bw'inderobusaba ko hafatwa ingamba zo kwirinda ibihara vy'inkende.
Ibyiciro
-
12-11-2025Iwanyu mu ntara
-
11-11-2025Iwanyu mu ntara
-
10-11-2025Iwanyu mu ntara
-
07-11-2025Iwanyu mu ntara
-
06-11-2025Iwanyu mu ntara
-
05-11-2025Iwanyu mu ntara